Matayo 26:74 - Bibiliya mu Kirundi coroshe74 Petero aca atangura kurahira yisiba ati: “Ndabarahiye urya muntu sindamuzi!” Uwo mwanya nyene, isake ica irabika. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)74 Bun’ atangura kurahira arīsiba, at’ Uyo muntu sindanamuzi. Uwo mwanya inkoko irabika; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |