Matayo 26:71 - Bibiliya mu Kirundi coroshe71 Hanyuma aragenda ahagarara hafi y’irembo, uwundi mwigeme w’umukozi w’aho na we aramubona aca abwira abari ngaho ati: “Uwu mugabo yari kumwe na Yesu w’i Nazareti.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)71 Yungururije mu bikingi vy’irembo, iyindi ncoreke iramubona, ibarira abar’ aho, iti N’uyu nyene yari kumwe na Yesu Umunyanazareti. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |