68 bavuga bati: “Ko uri Kristo, tubwire uwugukubise?”
68 bati Yewe Kristo, dupfindūre: ni nde agukubise?
Hanyuma baca bamucira mu maso, bamukubita ibipfunsi, abandi bakamukubita amakofe,
Bamwe batangura kumucirako; bamupfunga amaso, bamukubita ibipfunsi, bavuga bati: “Vugishwa, utubwire uwugukubise!” Hanyuma ba barinzi baca baramujana, bamukubita amakofe.