Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 26:67 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

67 Hanyuma baca bamucira mu maso, bamukubita ibipfunsi, abandi bakamukubita amakofe,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

67 Buno bamuvuma amate mu maso, bamukubita ibipfunsi, abandi baramubīngūra,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 26:67
24 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

bavuga bati: “Ko uri Kristo, tubwire uwugukubise?”


Bamucirako amate, bafata rya renga barimukubita kenshi ku mutwe.


Ariko jeho ndababwiye nti: ntimukihore ababagirira nabi. Umuntu niyagukubita ikofe mu musaya w’i buryo, umuhindukirize n’uw’i bubamfu.


na bo bazomucokora, bamucireko amate, bamukubite, hanyuma bamwice. Ariko inyuma y’imisi itatu azozuka.”


Bamwe batangura kumucirako; bamupfunga amaso, bamukubita ibipfunsi, bavuga bati: “Vugishwa, utubwire uwugukubise!” Hanyuma ba barinzi baca baramujana, bamukubita amakofe.


Bamukubita kenshi irenga ku mutwe, bamucirako amate. Bapfukama imbere yiwe bamushinyagurira ngo baramwubashe.


Yesu ahejeje kuvuga ayo majambo, umwe mu barinzi bari bahagaze hafi yiwe amukubita urushi mu maso, aramubaza ati: “Uko ni ko wishura umuherezi mukuru?”


bamwegera kenshi bavuga bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita mu maso.


Iyo batuvuze nabi, twishurana ubugwaneza. Gushika n’ubu dufatwa nk’umwavu wo kw’isi, ivyatawe na bose.


Duhange amaso Yesu Kristo, we yatanguje ukwizera kwacu akaba ari na we agushitsa ku gutungana. Umunezero yashizwe imbere ni wo watumye yihanganira umusaraba n’isoni zawo. Ubu yicaye mu kibanza c’iteka i buryo bw’intebe y’inganji y’Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ