Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 26:62 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

62 Hanyuma umuherezi mukuru aca arahaguruka, abwira Yesu ati: “None wewe nta co wireguza? Ibi birego bakwagiriza ubivugako iki?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

62 Umuherezi mukuru arahaguruka, aramubaza, ati Nta co wiregura? Aba bakwagirije iki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 26:62
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

bavuga bati: “Uwu mugabo yaravuze ko ashobora gusambura urusengero rw’Imana, akarwubaka mu misi itatu.”


Ariko Yesu aguma ahoze. Maze umuherezi mukuru aca aramubwira ati: “Mw’izina ry’Imana nzima, tubwize ukuri: Uri Kristo, Umwana w’Imana?”


Hanyuma umuherezi mukuru aca arahaguruka imbere ya bose, abaza Yesu ati: “None wewe nta co wireguza? Ibi birego bakwagiriza ubivugako iki?”


Nuko abaza Yesu ibibazo vyinshi ariko ntiyishura na kimwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ