6 Ico gihe, Yesu yari i Betaniya, mu nzu kwa Simoni yahoze ari umunyamibembe.
6 Yesu ar’ i Betaniya mu nzu kwa Simoni umunyamibembe,
Maze aca abasiga ngaho, ava mu gisagara aja kurara i Betaniya.
Ku musi ukurikira, bariko baragenda bava i Betaniya, Yesu yumva arashonje.