Matayo 26:59 - Bibiliya mu Kirundi coroshe59 Abakuru b’abaherezi n’abagize inama nkuru y’idini ry’Abayuda bagerageza kurondera ibirego vyotuma Yesu acirwa urubanza rwo gupfa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)59 Abaherezi bakuru n’abashingantahe b’amakombe bose baronderera Yesu ibirego vy’ibinyoma, ngo babone ingene bomwica. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |