Matayo 26:57 - Bibiliya mu Kirundi coroshe57 Abaje gufata Yesu bamujana mu rugo rw’umuherezi mukuru Kayafa, ahari hakoraniye abigisha b’ivyagezwe hamwe n’abakuru b’Abayuda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)57 Abāfashe Yesu bamujana kwa Kayafa, umuherezi mukuru, ni ho abanyabgenge b’ivyanditswe n’abashingantahe bāri bakoraniye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |