Matayo 26:55 - Bibiliya mu Kirundi coroshe55 Hanyuma Yesu abwira ba bantu benshi baje kumufata ati: “Mbega mbaye umugumutsi, aho muza kumfata mwitwaje inkota n’amahiri? Ni kuki mutamfatiye mu rusengero kandi ari ho nama imisi yose nigisha? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)55 Uwo mwanya Yesu abaza ico gitero, ati Mbega munziye kumfata nk’umwambuzi, muzanye inkota n’amahiri? Ko nicara mu rusengero nigisha imisi yose ntimumfate? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |