Matayo 26:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Yesu aramubwira ati: “Subiza inkota yawe mu rwubati! Kuko abicisha inkota na bo bazokwicishwa inkota. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Buno Yesu aramubarira, ati Subiza inkota yawe ahayo; kukw ababanguye inkota bose bazokwicwa n’inkota. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |