Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 26:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

51 Umwe mu bari kumwe na Yesu aca asokora inkota, ayikubita umukozi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

51 Maz’ umwe mu bāri kumwe na Yesu atuma ukuboko, asokōra inkota yiwe, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 26:51
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko Petero arasubira avuga ati: “Sinshobora kukwihakana ngo sindakuzi naho vyonsaba gupfana nawe.” Mbere n’abandi bigishwa bavuga batyo.


Umwe mu bari hafi ya Yesu asokora inkota yiwe ayikubita umukozi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi.


Yesu aca arahindukira, arabakankamira [ati: “Ntimuzi impwemu ibakoresha iyo ari yo! Umwana w’Umuntu ntiyazanywe no guhonya abantu, ahubwo yazanywe no kubakiza.”]


Yesu aramubwira ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si. Iyo buba ubwo muri iyi si, abayoboke banje bari kungwanira bakabuza abakuru b’Abayuda kumfata. Ariko Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si.”


Ibigwanisho tugwanisha ntibimeze nk’ibigwanisho vy’iyi si. Ahubwo dufise ibigwanisho bifise ubushobozi buva ku Mana, bushobora gusambura ivyigize ibinani, no gusambura ivyiyumviro bibi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ