Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 26:50 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

50 Yesu aramubwira ati: “Mugenzi, kora ikikuzanye!” Ba bantu baca bashorera amaboko kuri Yesu, baramufata.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

50 Yesu aramubarira, ati Mugenzi wanje, ikikuzanye n’ugikore. Buno baraza, bashōrera amaboko kuri Yesu, baramufata.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 26:50
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko nyene umurima abwira umwe muri bo ati: ‘Mugenzi, nakurenganije? Mbega ntiwari wemeye gukorera idenariyo imwe?


Aramubaza ati: ‘Mugenzi, winjiye gute hano kandi utambaye impuzu y’ubukwe?’ Uwo muntu ntiyashobora kuronka ico yishura.


Yesu aramubwira ati: “Yuda, ugurishije Umwana w’Umuntu mu kumusoma?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ