Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 26:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

49 Maze Yuda aca agenda atumbereye Yesu, avuga ati: “Ndakuramukije Rabi!” Aca aramusoma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

49 Ako kanya ashikīra Yesu, aramubgira, ati N’amahoro ga Mwigisha? Maz’ aramusomagura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 26:49
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bakunda kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu, bagakunda ko babita Rabi risobanurwa ngo Mwigisha.


Ariko mwebwe, ntimukemere ko babita Rabi kuko mufise umwigisha umwe, namwe mukaba muvukana.


Maze Yuda, yari yateguye kumugurisha na we nyene avuga ati: “None yoba ari jewe ga Mwigisha?” Yesu aramwishura ati: “Na we urabizi.”


Yuda, uwari yamugurishije yari yabahaye ikimenyetso, ababwira ati: “Uwo nja gusoma azoba ari we, muce mumufata.”


Nuko batangura kumucokora bati: “Turagize bwakeye, Mwami w’Abayuda!”


Ntiwangumbiriye mu kundamutsa, ariko kuva ninjira ntahengeshanya kunsomagura ku birenge.


bamwegera kenshi bavuga bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita mu maso.


Muri ico gihe, abigishwa bariko baramwinginga bati: “Rabi, gira ico ufunguye.”


Muturamukirize bene Data bose n’ukugumbirana kwera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ