Matayo 26:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Maze yongera kubasiga ngaho asubira gusenga ubugira gatatu, avuga amajambo nk’amwe ya mbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 Yongera kubasigaho, aragenda, asenga ubga gatatu, avuga amajambo amwe n’aya mbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |