Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 26:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

43 Agarutse, asanga basubiriye gusinzira, kuko amaso yabo yari aremerewe cane n’itiro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Yongera kugaruka asanga basinziriye, kukw amaso yabo yar’ aremerewe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 26:43
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Asubirayo ubugira kabiri arasenga ati: “Data, nimba bidakunda ko iki gikombe c’imibabaro kimva imbere ntakinyoyeko, ivyo ushaka nibibe.”


Maze yongera kubasiga ngaho asubira gusenga ubugira gatatu, avuga amajambo nk’amwe ya mbere.


Petero na bagenziwe bari basinziriye cane; bikanguye babona ubwiza bwa Yesu, na ba bagabo bari bahagararanye na we.


Maze umusore yitwa Eyutuko yari yicaye kw’idirisha, aremerwa n’itiro ryinshi Pawulo ariko arigisha. Amaze gusinzira cane, arakoroka avuye ku nzu yo hejuru igira gatatu, bamutora yapfuye.


Umuntu wese akwiye kwubaha abategetsi, kuko ata butegetsi na bumwe bubaho Imana itabushizeho. Ubutegetsi buriho bwashizweho n’Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ