Matayo 26:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Yesu aramwishura ati: “Ndakubwire ukuri, iri joro nyene, isake itarabika, uzoba umaze kunyihakana gatatu kose.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Yesu aramubgira, ati Ndakubgira ukuri yuko mur’ iri joro inkoko itarabika, uhava unyihakana gatatu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |