Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 26:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Abigishwa biwe baca barababara cane, umwe wese akavuga ati: “Mwami, nibaza ko atari jewe!”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Barababara cane, batangura kumubaza umwe‐umwe, bati Ni jewe ga Mugenzi?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 26:22
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bariko barafungura, Yesu aravuga ati: “Ndababwire ukuri, umwe muri mwebwe ahava angurisha.”


Yesu arabishura ati: “Uwo twahurije amaboko mw’isahani ni we ahava angurisha.


Baca batangura kubazanya hagati muri bo uwokwubahuka gukora ivyo.


Yesu amubaza ubugira gatatu Yesu ati: “Simoni mwene Yohana, mbega urankunda?” Petero aca arababara kuko Yesu amubajije ubugira gatatu ati: “Mbega urankunda?” Aramwishura ati: “Mwami, wewe uzi vyose, urazi ko ndagukunda.” Yesu aramubwira ati: “Gaburira intama zanje.


Umuntu wese akwiye kwisuzuma imbere yo kurya kuri uwo mukate no kunywera kuri ico gikombe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ