Matayo 26:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 “Nk’uko musanzwe mubizi, Umusi Mukuru wa Pasika, ugiye kuba mu misi ibiri: Umwana w’Umuntu azofatwa atangwe kugira ngo abambwe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 ati Murazi yukw imisi ibiri ni yashira, hazoba Pasika, kand’ Umwana w’umuntu azotangwa abambge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |