Matayo 26:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Arabishura ati: “Nimugende mu gisagara, maze muraja kubona umuntu, mumubwire muti: Umwigisha avuze ko isaha yiwe yegereje, kandi ko agomba gusangirira n’abigishwa biwe ivya Pasika iwawe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Arabishura, ati Ni muje mu gisagara kwa ntuze, mumubarire, mut’ Umwigisha agize ngw Igihe ciwe kiri hagufi, agira asangirire ivya Pasika n’abigishwa biwe i wawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |