Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 26:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Ku musi wa mbere w’imisi mikuru y’imikate itarimwo umwambiro, abigishwa baza aho Yesu ari baramubaza bati: “Ni hehe ugomba ko tuguteguririra ivyokurya vya Pasika?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Ku musi w’intangamarāra wo kurya imitsima itambiwe abigishwa baza kuri Yesu, baramubaza, bat’ Ugomba ko tugutegurira hehe ah’ uriburīre ivya Pasika?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 26:17
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuva uwo mwanya aca atangura kurondera akaryo keza ko kumubashikiriza.


Ba bigishwa baragenda babikora nk’uko Yesu yabibabwiye, bategura ivyo vya Pasika.


Yesu aramwishura ati: “Reka tubikore gutyo, kuko bikwiye ko dushitsa ibigororotse.” Yohana aca yemera kumubatiza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ