Matayo 26:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ndababwire ukuri, kw’isi yose aho ubu Butumwa Bwiza buzovugwa, ibi akoze bizovugwa bitume yama yibukwa.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ndababgire ukuri: Ah’ ubu butumwa bgiza buzovugwa hose mw isi yose, n’ico uyu akoze na co kizovugwa kibe icibutso ciwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |