1 Yesu ahejeje kuvuga ivyo vyose, abwira abigishwa biwe ati:
1 Yesu arangije ayo majambo yose, abgira abigishwa biwe,
Yesu ahejeje kuvuga ivyo, aca ava i Galilaya, amanuka mu ntara ya Yudaya, hakurya y’uruzi Yorodani.
Yesu amaze kuvuga ivyo, abantu batangazwa n’inyigisho ziwe;
Imisi mikuru ya Pasika Abayuda bahimbaza yari yegereje, kandi abantu benshi bava mu mihingo yose y’igihugu bakaja i Yerusalemu kugira ngo bagire umugenzo wo kwihumanura imbere y’uko Pasika ishika.