Matayo 25:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Hanyuma Umwami azohindukira abwire abari i bubamfu bwiwe ati: ‘Mva mu maso mwa bivume mwe, muje mu muriro utazozima wateguriwe Satani n’abamarayika biwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Maz’ azobgira n’abar’ i bumoso, ati Mva i ruhande, mwa bivume mwe, muje mu muriro utazima wateguriwe wa Murwanizi n’abamarayika biwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |