39 Twakubonye ryari urwaye canke uri mw’ibohero tuza kukuraba?’
39 Twakubonye ryari urwaye, cank’ uri mw ibohero, tuza kukurāba?
Ni ryari twakubonye uri ingenzi tuguha indaro, canke ugenda gusa turakwambika?
Umwami azobishura ati: ‘Ndababwire ukuri, igihe cose mwabikoreye urya muntu muto muri aba bene Data, ni jewe mwabikoreye.’