Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 25:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Ni ryari twakubonye uri ingenzi tuguha indaro, canke ugenda gusa turakwambika?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Twakubonye ryari ur’ ingenzi, tuguha indāro; cank’ ugenda gusa tukakwambika?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 25:38
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze abagororotsi bazomwishura bati: ‘Mwami, twakubonye ryari ushonje turakugaburira, canke unyotewe tuguha ico kunywa?


Twakubonye ryari urwaye canke uri mw’ibohero tuza kukuraba?’


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ