Matayo 25:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Amahanga yose azokoranira imbere yiwe, hanyuma arobanure abantu, nk’uko umwungere arobanura intama mu mpene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 amahanga yose azokoranirizwa mu nyonga ziwe, na we azobarobanura, nk’uk’ umwungere arobanura intama mu mpene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |