Matayo 25:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Aho Umwana w’Umuntu azozira, ari mu bwiza bwiwe, ari kumwe n’abamarayika biwe, azokwicara ku ntebe yiwe y’inganji. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Arik’ Umwana w’umuntu ah’ azozira afise ubgiza bgiwe ari kumwe n’abamarayika biwe bose, ni ho azovyagira ku ntebe yiwe y’ubgiza: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |