Matayo 25:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Uwo mukozi w’imburakimazi na we nimumute hanze mu mwijima ahazoba amarira no guhekenya amenyo kubera umubabaro.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 N’uyo muntu wanje w’imburakimazi ni mumute hanze mu mwiza, ni ho hazoba amarira no kuryanya insya z’amenyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |