Matayo 25:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Kuko uwufise azokwongererezwa asesekarizwe, ariko uwutagira ico afise azokwakwa n’ivyo yari afise. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Kuk’ ūfise wese azohabga, asesekarizwe: arik’ ūdafise azokwakwa n’ico yar’ afise. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |