Matayo 25:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 ni kuki utajanye amahera yanje ku bayadandarisha, kugira ngo ngarutse ndonke amahera yanje n’inyugu yayo?’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Nuko war’ ukwiye kujana amahera yanje mu bayacurūza, nanje nagaruka nkaronka ayanje n’inyungu yayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |