Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 25:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Shebuja aramwishura ati: ‘Wa mukozi mubi kandi w’ikinebwe! Ko wari uzi ko nimbura aho ntateye kandi negeranya umwimbu aho ntamije imbuto,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Shebuja aramwishura, ati Wa muntu wanje mubi we, wa kinebge we, war’ uzi ko nimbura ivyo ntārimye, nkumakuma ivyo ntāsanzaje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 25:26
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Shebuja avyumvise ahamagara wa mukozi yahebera umwenda munini amubwira ati: ‘Wa mukozi mubi we! Warantakambiye ndaguhebera umwenda wawe wose,


Abantu isinzi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo baca amashami y’ibiti, bayasasa mu nzira.


Hanyuma umwe yasigaranwa italanto imwe na we araza, avuga ati: ‘Databuja, nari nzi ko uri umuntu agoye, wimbura aho utateye kandi wegeranya umwimbu aho utasanzaje imbuto.


Rero, naratinye nca ndagenda mpamba italanto yawe mw’ivu, none akira ivyawe.’


ni kuki utajanye amahera yanje ku bayadandarisha, kugira ngo ngarutse ndonke amahera yanje n’inyugu yayo?’


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ