Matayo 25:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Hanyuma umwe yasigaranwa italanto imwe na we araza, avuga ati: ‘Databuja, nari nzi ko uri umuntu agoye, wimbura aho utateye kandi wegeranya umwimbu aho utasanzaje imbuto. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Kandi haza uwahawe italanto imwe, ati Mugenzi, nari nkuzi k’ur’ umuntu w’ingāre, wimbura ivyo utārimye, ukumakuma ivyo utāsanzaje; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |