Matayo 25:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Shebuja aramwishura ati: ‘Wakoze neza, mukozi wanje mwiza kandi w’umwizigirwa! Wabaye umwizigirwa kuri bike; nanje nzoguha kuganza vyinshi. Kaze usangire umunezero na shobuja!’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Shebuja aramubgira, ati Wagize neza, muntu wanje mwiza wo kwizigirwa, wizigiwe kuri bike, nzoguha kugaba vyinshi. Injira mu munezero wa shobuja. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |