Matayo 24:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Hanyuma bazobafata babahame, ndetse babice. Muzokwankwa n’amahanga yose babahora izina ryanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ni ho bazobatanga ngo muzigirizwe, bazobica, kandi muzokwankwa n’amahanga yose, abahōra izina ryanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |