Matayo 24:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Muzokwumva intambara n’inkuru zivuga ivy’intambara hirya no hino, ariko ntimuze muhagarike imitima. Ivyo bitegerezwa gushika, ariko iherezo rya vyose ntirizoba rirashika. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Muzokwumva intambara n’impuha z’intambara: mwirinde, ntimugahagarike imitima; kuko bitazobura kubaho, arik’ umuhero uzoba utaraza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |