Matayo 24:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe45 Mbega umukozi w’umwizigirwa kandi w’umunyabwenge ni nde? Ni uwo shebuja ashobora guha ubukuru bwo kuganza abandi bakozi no kubagaburira ku mwanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)45 None ni nde mushumba wo kwizigirwa w’ubgenge shebuja yosigarana abo mu rugo rwiwe, ngw abagaburire igihe kigeze? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |