Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 24:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Abagabo babiri bazoba bari mu murima, umwe ajanwe uwundi asigare.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Ico gihe abagabo babiri bazoba mu murima, umwe azojanwa, uwundi arekwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 24:40
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntibigeze bamenya ibigira bibe kugeza umwuzure uje ukabatwara bose. Uko ni ko bizomera igihe Umwana w’Umuntu azozira.


Abagore babiri bazoba bariko barasya ku rusyo, umwe ajanwe, uwundi asigare.


Mbega ni nde yababwiye ko muruta abandi? Hari ico mufise mutahawe? None nimba mwaragihawe, ni kuki mwishira hejuru nk’aho mutagihawe?


Kandi nimba itihanganiye isi ya kera igihe yarekurira umwuzure ku bantu b’ico gihe batubaha Imana, ariko igakiza Nowa, umwigisha w’ivyo kugororoka, n’abandi ndwi gusa;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ