Matayo 24:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Ntibigeze bamenya ibigira bibe kugeza umwuzure uje ukabatwara bose. Uko ni ko bizomera igihe Umwana w’Umuntu azozira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 ntibagira ico bamenya kugeza ah’ umwuzure waziye ubatwara bose; ni k’ukuza kw’Umwana w’umuntu kuzomera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |