Matayo 24:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Kuko mu misi y’imbere y’uko umwuzure uza, bararya, baranywa, bararongora bagashingiza, gushika umusi Nowa yinjiye mu bwato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Kukw ari ko bāri bameze mu misi umwuzure utaribgatere: bārarya, bāranywa, bārarongora, bārashingira, bageza kuri wa musi Nowa yinjiye muri bga bgato, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |