Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 24:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Ndababwire ukuri, abo muri runo rungamwe ntibazopfa bose ivyo vyose bitarashika.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ndababgire ukuri: Ab’ iki gihe ntibazorangira, ivyo vyose bitarashika.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 24:34
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nibabahama mu gisagara kimwe, muze muhungire mu kindi. Ndababwira ukuri ko mutazoheza kugendagenda mu bisagara vyose vya Isirayeli Umwana w’Umuntu ataraza.


Maze ica isubira ikagenda, ikazana izindi mpwemu mbi indwi ziyirusha ububi, zikinjira muri wa muntu, zikibera ngaho. Ivya nyuma vy’uwo muntu biba bibi kurusha ivya mbere. Uko ni ko bizogenda ku bantu ba kino gihe kibi.”


Ndababwire ukuri, bamwe mu bahagaze ngaha ntibazopfa batabonye Umwana w’Umuntu aje ari mu bwami bwiwe.”


Ndababwira ukuri ko ingaruka z’ivyo vyose zizoba ku bantu ba kino gihe.


None rero, abantu b’iki gihe muzoharurwako amaraso y’abavugishwa n’Imana bose yasheshwe kuva isi ikiremwa,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ