Matayo 24:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Kuko nk’uko umuravyo urabiriza i buseruko ukaboneka no mu burengero, ni ko bizomera Umwana w’Umuntu niyaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Nk’uk’ umuravyo urabiriza i burasirazuba ukabonekera iyo rirengera, ni k’ukuza kw’Umwana w’umuntu kuzomera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |