Matayo 24:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Kandi iyo iyo misi itagabanywa, nta muntu n’umwe yorokotse. Ariko kubera abatoranijwe, iyo misi izogabanywa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Kand’ iyo misi iy’ itagerurwa ntihorokotse umuntu n’umwe; ariko kubg’ abatoranijwe iyo misi izogerurwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |