Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 24:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Musenge kugira ngo uguhunga kwanyu ntikuze kube mu gihe c’imbeho nyinshi cane canke ku musi w’Isabato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Kandi muze musenge kugira ng’ uruhungo rwanyu ntiruze rube mu rushana canke kw isabato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 24:20
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ese ukuntu iyo misi izoba ari iy’umubabaro utagira ingene wovugwa ku bagore bibungenze n’abazoba bonsa!


Kuko hazobaho umubabaro n’agahinda bitigeze kubaho kuva isi iremwa kugeza ubu kandi bitazosubira kubaho.


Nuko baca bava kuri uwo Musozi wa Elayono, basubira i Yerusalemu; ni urugendo rungana hafi ikilometero kimwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ