18 Uwuzoba ari mu murima ntaze asubire i muhira gutora umutamana.
18 ūzoba ari mu mirima ntaz’ asubizwe inyuma no gusahura umutamana wiwe.
Uwuzoba ari hejuru ku nzu, ntaze asubire mu nzu kurondera ivyo ahungana.
Ese ukuntu iyo misi izoba ari iy’umubabaro utagira ingene wovugwa ku bagore bibungenze n’abazoba bonsa!
Kuri uwo musi, uwuzoba ari hejuru ku nzu, ntazosubire mu nzu kurondera ivyiwe. N’uwuzoba ari mu murima, ntaze asubire i muhira.