Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 24:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Uwuzoba ari hejuru ku nzu, ntaze asubire mu nzu kurondera ivyo ahungana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 ūzoba ari hejuru ku nzu ntaze yururutswe no gusahura ibiri mu nzu yiwe,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 24:17
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ivyo ndababwirira ahatabona, mubivugire ahabona; ivyo ndabongorera mu matwi, mubivugire hejuru ku mazu.


abazoba bari i Yudaya baze bahungire ku misozi.


Uwuzoba ari mu murima ntaze asubire i muhira gutora umutamana.


Ni co gituma ndababwiye nti: ntimukiganyire kubera ivyo mukeneye kugira ngo mubeho; vyaba ivyokurya, ivyo kunywa, canke ivyo kwambara. Mbega ubuzima ntiburuta cane ivyokurya canke umubiri nturuta cane ivyambarwa?


Ivyo mwavugiye ahatabona bizokwumvikanira ahabona, kandi ivyo mwongoreraniye mu vyumba abantu bazobivugira hejuru ku mazu basemerera.


Babonye ko badashobora kwinjira kubera ubwinshi bw’abantu, baca burira hejuru ku nzu, basambura aho bacisha ca kirago aryamyeko, bacururukiriza hagati mu bantu, gitumbereye imbere ya Yesu.


Bukeye, nk’igihe c’isaha zitandatu z’umurango, ba bantu bakiri mu nzira bagira bashike i Yopa, Petero aduga ku gisenge c’inzu gusenga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ