Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 24:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Nimwabona ca ‘kizira gihumanya’ cavugwa n’uwavugishwa n’Imana Daniyeli gihagaritswe ahera (uwusoma yiyubare),

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Nukw aho muzobonera ca kizira c’ubuyobe bg’ubugesera, gihagaze ahantu hēra, cavuzwe na Daniyeli yavugishwa n’Imana — ūsoma ni yiyubare —

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 24:15
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

abazoba bari i Yudaya baze bahungire ku misozi.


Nimwabona ca ‘kizira gihumanya’ gihagaze aho kidakwiye guhagarara (uwusoma niyiyubare), abazoba bari i Yudaya baze bahungire ku misozi.


Kuko igihe kizogushikako, aho abansi bawe bazokwubaka ibirindiro impande zawe zose, bagukikuze, bagusugereze impande zose.


Nimwabona Yerusalemu ikikujwe n’ingabo, muzoce mumenya ko isenyurwa ryayo ryegereje.


Nitwamureka akabandanya uku, abantu bose bazomwizera, maze Abaroma baze bigarurire urusengero rwacu n’igihugu cacu.”


Barasemerera bati: “Yemwe Bisirayeli, dutabare! Uwu ni wa mugabo agenda arigisha abantu bose aho aciye hose, atyoza ubwoko bwacu, ivyagezwe n’uru rusengero. Ikigeretseko, yazanye Abagiriki mu rusengero, ahumanya iki kibanza cera.”


Baca bazana ibindi vyabona vy’ibinyona, bivuga bati: “Uwu mugabo yama atuka urusengero rwera n’amabwirizwa ya Mose.


Ni co gituma dutegerezwa kwitwararika cane ukuri twumvise, kugira ngo ntituzimire tukakuvamwo.


Harahiriwe uwusoma aya majambo y’ubuvugishwa, kandi harahiriwe abayumva bakayashirako umutima, kuko igihe kiri hafi.


Uwufise amatwi niyumve ico Mpwemu abwira amashengero.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ