Matayo 23:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ivyo bakora vyose, babikora kugira ngo biyerekane. Bambara udusaho turimwo imirongo y’Ivyagezwe mu ruhanga no ku maboko kandi n’imisozo yo ku mpuzu zabo bakayigira miremire gusumvya abandi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Arikw ibikorwa vyabo vyose babikora kugira ngo barābge n’abantu, kukw amambe yabo yanditswemw’ amajambo y’Imana bayagira manini, ubuyonga bg’ impuzu zabo bakabgongereza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |