Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 23:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Ndababwira ukuri ko ingaruka z’ivyo vyose zizoba ku bantu ba kino gihe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Ndababgire ukuri: Ivyo vyose bizoshika ku b’iki gihe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 23:36
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nibabahama mu gisagara kimwe, muze muhungire mu kindi. Ndababwira ukuri ko mutazoheza kugendagenda mu bisagara vyose vya Isirayeli Umwana w’Umuntu ataraza.


Ndababwire ukuri, abo muri runo rungamwe ntibazopfa bose ivyo vyose bitarashika.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ