Matayo 23:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 hanyuma mukavuga muti: Iyo tuba twariho mu gihe ca ba sogokuru, ntituba twarifatanije na bo mu gusesa amaraso y’abavugishwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 mukavuga mut’ Iyo tuba twariho mur’ ico gihe ca ba sogokuruza, ntitwari gufatanya na bo kuvisha amaraso y’abāvugishwa n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |