Matayo 23:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo, kuko muri indyarya! Mwoza neza inyuma h’igikombe n’ah’isahani, ariko imbere huzuyemwo umwanda w’ivy’ubusuma n’ukwipfuza kwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Muzobona ibara, mwebge abanyabgenge b’ivyanditswe n’Abafarisayo, mwa ndyarya mwe, kuko mwoza igikombe n’inkōko inyuma, arikw imbere vyuzuye ubgambuzi n’ukutigarura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |